ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Dawidi yumva ko Nabali yari yapfuye; avuga rero ati: “Hahezagirwe Yehova, we yifatiye mu minwe urubanza+ rw’iceyi+ nasizwe akankura mu kuboko kwa Nabali kandi akarinda umusavyi wiwe ububi+; ububi bwa Nabali Yehova yabusubije ku mutwe wiwe+!” Nuko Dawidi atuma kubaza Abigayili ko yomutwara akamubera umugore+.

  • 1 Samweli 25:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Maze Abigayili+ yihutira guhaguruka, hanyuma yurira+ ku ndogobwa, incoreke ziwe zitanu zikaba zariko zigendera inyuma yiwe; ajana rero n’intumwa za Dawidi, araheza aba umugore wiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika