Abacamanza 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bamwe amajana atatu+ babandanya kuvuza inzamba+, maze Yehova arabisha inkota y’umwe wese kuri mugenziwe barazibagurana mw’ikambi yose+; nya kambi ibandanya guhunga gushika i Beti-shita, yerekeza i Zerera, gushika ku mubari wa Abeli-mehola+ iruhande ya Tabati. 2 Samweli 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwami afata rero abahungu babiri ba Rizipa+ umukobwa wa Aya, abo yavyariye Sauli, Arumoni na Mefibosheti, n’abahungu batanu ba Mikali+ umukobwa wa Sauli, abo yavyariye Adiriyeli+ mwene Baruzilayi Umumehola.
22 Bamwe amajana atatu+ babandanya kuvuza inzamba+, maze Yehova arabisha inkota y’umwe wese kuri mugenziwe barazibagurana mw’ikambi yose+; nya kambi ibandanya guhunga gushika i Beti-shita, yerekeza i Zerera, gushika ku mubari wa Abeli-mehola+ iruhande ya Tabati.
8 Umwami afata rero abahungu babiri ba Rizipa+ umukobwa wa Aya, abo yavyariye Sauli, Arumoni na Mefibosheti, n’abahungu batanu ba Mikali+ umukobwa wa Sauli, abo yavyariye Adiriyeli+ mwene Baruzilayi Umumehola.