1 Samweli 17:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+. 1 Samweli 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega umwami wa Isirayeli yasohotse gukurikira nde? Uriko woma inyuma nde? Inyuma y’imbwa ipfuye+? Inyuma y’imbaragasa imwe rudende+? 2 Samweli 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaherezo Abishayi mwene Zeruwiya+ abwira umwami ati: “Kubera iki iyo mbwa ipfuye+ yohamagarira akabi ku mukama wanje umwami+? Ndakwinginze ureke njabuke, ndamukureko umutwe+.”
43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+.
14 Mbega umwami wa Isirayeli yasohotse gukurikira nde? Uriko woma inyuma nde? Inyuma y’imbwa ipfuye+? Inyuma y’imbaragasa imwe rudende+?
9 Amaherezo Abishayi mwene Zeruwiya+ abwira umwami ati: “Kubera iki iyo mbwa ipfuye+ yohamagarira akabi ku mukama wanje umwami+? Ndakwinginze ureke njabuke, ndamukureko umutwe+.”