-
1 Samweli 29:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Nuko Akishi+ ahamagara Dawidi maze amubwira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, uragororotse; kandi ugusohoka n’ukugaruka kwawe+ mw’ikambi uri kumwe nanje, kwabaye kwiza mu maso yanje+; kuko ata bubi nasanze muri wewe kuva umusi waza iwanje gushika n’uyu musi+. Mugabo mu maso y’abatware b’urunani+, nturi mwiza.
-