Itanguriro 43:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Yozefu, kubera yari arengewe n’ikigumbagumba afitiye mwene wabo+, arihuta arondera aho aririra, aja mu cumba, aririrayo+. Yesaya 49:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+. Yeremiya 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze. Hoseya 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Noshobora nte kuguheba ga Efurayimu+? Noshobora nte kugutanga ga Isirayeli+? Noshobora nte kukugira nka Adima+? Noshobora nte kuguhindura nka Zeboyimu+? Umutima wanje wahindutse muri jewe+; muri ico gihe nyene impuhwe zanje zisigaye zishushe.
30 Maze Yozefu, kubera yari arengewe n’ikigumbagumba afitiye mwene wabo+, arihuta arondera aho aririra, aja mu cumba, aririrayo+.
15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+.
20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.
8 “Noshobora nte kuguheba ga Efurayimu+? Noshobora nte kugutanga ga Isirayeli+? Noshobora nte kukugira nka Adima+? Noshobora nte kuguhindura nka Zeboyimu+? Umutima wanje wahindutse muri jewe+; muri ico gihe nyene impuhwe zanje zisigaye zishushe.