ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Abandanya gukora ivyari bibi+ mu maso ya Yehova, yisunze ivyo ba sekuruza biwe bari barakoze vyose+.

  • 2 Ngoma 36:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abandanya gukora ivyari bibi+ mu maso ya Yehova Imana yiwe. Ntiyicisha bugufi+ imbere ya Yeremiya+ umuhanuzi+, uwavuze abitegetswe na Yehova.

  • Yeremiya 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Kandi nk’izo nsukoni mbi zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+, ibi ni vyo mu vy’ukuri Yehova avuze: “Ukwo ni ko nzotanga Zedekiya+ umwami wa Yuda n’abaganwa biwe n’amasigarira ya Yeruzalemu asigaye muri iki gihugu+ n’ababa mu gihugu ca Misiri+—

  • Yeremiya 37:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo we hamwe n’abasuku biwe n’abanyagihugu ntibumviriza amajambo ya Yehova+, ayo yari yaravuze biciye kuri Yeremiya umuhanuzi+.

  • Yeremiya 38:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umwami Zedekiya avuga rero ati: “Ehe ari mu maboko yanyu! Kuko ata kintu na kimwe umwami ashobora kubabuza+.”

  • Ezekiyeli 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Nayo wewe ga muntu wakomerekejwe bimwe vyo gupfa, wewe mukuru+ wa Isirayeli w’umubisha+, umusi wawe ukaba washitse mu gihe c’ikosa ry’iherezo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika