ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli.

  • Yeremiya 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Kandi nk’izo nsukoni mbi zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+, ibi ni vyo mu vy’ukuri Yehova avuze: “Ukwo ni ko nzotanga Zedekiya+ umwami wa Yuda n’abaganwa biwe n’amasigarira ya Yeruzalemu asigaye muri iki gihugu+ n’ababa mu gihugu ca Misiri+—

  • Yeremiya 52:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Yehoyakimu+ yari yarakoze vyose.

  • Ezekiyeli 17:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ndahiye ukubaho kwanje, ni ukuri, indahiro yanje yasuzuguye+ be n’isezerano ryanje yarenze, emwe, nzobizana ku mutwe wiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika