ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda ku bantu, ubeze uno musi n’ejo, na bo bategerezwa kumesa imitamana yabo+.

  • Guharura 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko Abalewi barityorora+ bongera bamesa impuzu zabo, hanyuma Aroni arabazungazungisha irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Maze Aroni abatangira impongano kugira abahumanure+.

  • 2 Ngoma 29:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ariko abaherezi+ baba bake cane, ntibashobora gukura urushato ku mashikanwa aturirwa yose+. Nuko bene wabo+, ari bo Balewi, barabafasha gushika igikorwa kirangiye+ no gushika abaherezi biyejeje+, kuko Abalewi bari barajwe ishinga cane+ no kwiyeza kuruta abaherezi.

  • 2 Ngoma 30:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Hezekiya umwami wa Yuda ubwiwe yaterereye+ ku bw’ishengero amashūri igihumbi n’intama ibihumbi indwi, abaganwa+ na bo bagaterera ku bw’ishengero amashūri igihumbi n’intama ibihumbi cumi; maze abaherezi+ baguma biyeza ari benshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika