-
Ezira 9:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Kuko turi abasuku+; kandi Imana yacu ntiyaturekeye mu bushumba bwacu+, mugabo itugirira ubuntu bwuzuye urukundo imbere y’abami b’Ubuperesi+, kugira ngo itugarurire agatege duheze duhagurutse inzu y’Imana yacu+ twongere tunagure ahantu hayo hacitse umusaka+, no kugira ngo iduhe uruhome rw’amabuye+ muri Yuda n’i Yeruzalemu.
-