ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko mu kwezi kugira cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+, ku musi wakwo ugira cumi na gatatu, igihe ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyategerezwa gushitswa+, umusi abansi b’Abayuda bari bararindiriye kugira ngo biganze kuri bo, haba igihushane, Abayuda baba ari bo biganza ku babanka+.

  • Esiteri 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko Esiteri avuga ati: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, ejo na ho nyene Abayuda bari i Shushani nibemererwe kugira nk’uko itegeko ry’uno musi riri+; kandi abahungu cumi ba Hamani bamanikwe ku giti+.”

  • Esiteri 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abayuda bari i Shushani bakoranira hamwe no ku musi ugira cumi na kane+ w’ukwezi kwa Adari, bica i Shushani abagabo amajana atatu; mugabo ntibashorera ukuboko kwabo kw’isahu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika