ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 maze ukavuga koko mu mutima wawe ngo: ‘Ububasha bwanje n’ubushobozi bwose bw’ukuboko kwanje bwite ni vyo vyandonkeje ubu butunzi+.’

  • Zaburi 52:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ng’uyu umuntu w’umugabo atagira Imana iboma ryiwe+,

      Mugabo akizigira ubwinshi bw’ubutunzi bwiwe+,

      Akugama mu marushwa ateza+.

  • Imigani 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni vyo gisagara ciwe gikomeye+. Agatikizo k’abantu batobato ni ubworo bwabo+.

  • Imigani 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni co gisagara ciwe gikomeye+, kandi mu vyiyumviro vyiwe, bimeze nk’uruhome rukingira+.

  • 1 Timoteyo 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;

  • 1 Yohani 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kuko ikiri mw’isi cose+—⁠icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika