ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Abagabo b’abanyenkomezi b’abanyamuheto bacitse ivutu+,

      Mugabo ab’intege nke bakenyera inkomezi+.

  • 2 Samweli 22:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Uzonkenyeza inkomezi ku bw’urugamba+;

      Uzotuma abankurira hasi binimba hasi munsi yanje+.

  • Zaburi 18:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Imana y’ukuri ni yo inkenyeza cane inkomezi+,

      Kandi izoha inzira yanje kutagira akanenge+,

  • Zaburi 84:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bazoguma bagenda biyubura mu nkomezi+;

      Umwe wese araseruka imbere y’Imana i Siyoni+.

  • Yesaya 40:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Aha ububasha uwurushe+; kandi ku wutagira inguvu rukozi+, atuma ubushobozi bwuzuye bugwira.

  • 2 Abakorinto 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko dufise iryo tunga+ mu vyombo+ vy’ivu+, ngo ububasha+ burengeye ubusanzwe bube ubw’Imana+, ntibube ubuva kuri twebwe+.

  • Abafilipi 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika