10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?”
9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+;