1 Ngoma 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Gusa, Yehova aguhe ukwiyubara n’ugutegera+, kandi aguhe ibwirizwa ku vyerekeye Isirayeli, egome, kugira ngo ugumye itegeko rya Yehova Imana yawe+. 2 Ngoma 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?” Imigani 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 vyongeye, niwahamagara ugutegera+ kandi ugashira ijwi hejuru urondera ugutahura+, Yakobo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.
12 Gusa, Yehova aguhe ukwiyubara n’ugutegera+, kandi aguhe ibwirizwa ku vyerekeye Isirayeli, egome, kugira ngo ugumye itegeko rya Yehova Imana yawe+.
10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?”
5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.