Yobu 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+. Zaburi 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aranduhurira+.Anyobora mu mihora y’ubugororotsi ku bw’izina ryiwe+. Yesaya 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umunyuro w’umugororotsi ni ukugororoka+. Kubera ko wewe ugororotse, uzosena inzira y’umugororotsi+. Malaki 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+.
1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+.
7 Umunyuro w’umugororotsi ni ukugororoka+. Kubera ko wewe ugororotse, uzosena inzira y’umugororotsi+.
6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+.