Imigani 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Arashibaguzwa kandi ni intagondwa+. Ibirenge vyiwe ntibiba mu nzu iwe+. Hoseya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Azokwoma inyuma koko abamukunda urukundo rukaze, mugabo ntazobahamvya+; azobarondera, mugabo ntazobabona. Maze azobwirizwa kuvuga ati: ‘Reka ngende nsubire ku mugabo wanje+, umwe wa mbere+, kuko kirya gihe nari merewe neza kuruta ubu+.’ 1 Abakorinto 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo nimba bibananiye kwigumya+, nibubake, kuko ari vyiza kwubaka+ kuruta kururumba inambu+.
7 Azokwoma inyuma koko abamukunda urukundo rukaze, mugabo ntazobahamvya+; azobarondera, mugabo ntazobabona. Maze azobwirizwa kuvuga ati: ‘Reka ngende nsubire ku mugabo wanje+, umwe wa mbere+, kuko kirya gihe nari merewe neza kuruta ubu+.’