Gusubira mu vyagezwe 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+. Yesaya 49:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.” Yesaya 60:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.
5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+.
26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”
16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.