Gusubira mu vyagezwe 28:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+. Nehemiya 9:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 umwimbu waco na wo ukaba uriko ugwira+ ku bw’abami+ washize kuri twebwe kubera ibicumuro vyacu+; bariko baganza imibiri yacu n’ibitungwa vyacu uko bagomba, kandi turi mu marushwa akomeye+. Yesaya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+. Gucura intimba 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intoranwa yacu yahawe ab’ahandi, amazu yacu ahabwa abanyamahanga+. Hoseya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ko baguma babiba umuyaga, bazoshwabura umuyaga w’ikirura+. Nta na kimwe camako intete+. Nta munago n’umwe utanga umwimbu w’ifu+. N’uworamuka uwutanze, ab’ahandi bazowumira miyonzwa+.
33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.
37 umwimbu waco na wo ukaba uriko ugwira+ ku bw’abami+ washize kuri twebwe kubera ibicumuro vyacu+; bariko baganza imibiri yacu n’ibitungwa vyacu uko bagomba, kandi turi mu marushwa akomeye+.
7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+.
7 “Ko baguma babiba umuyaga, bazoshwabura umuyaga w’ikirura+. Nta na kimwe camako intete+. Nta munago n’umwe utanga umwimbu w’ifu+. N’uworamuka uwutanze, ab’ahandi bazowumira miyonzwa+.