Ezira 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo bame+ bashikiriza Imana y’amajuru amashikanwa aruhura+ bongera basengera ubuzima bw’umwami n’ubw’abahungu biwe+. Ezira 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ikintu cose gitegetswe+ n’Imana y’amajuru kize gikoranwe umwete+ ku bw’inzu y’Imana y’amajuru+, kugira ngo akarere umwami atwara n’abahungu biwe ntibirakirwe+. 1 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.
10 kugira ngo bame+ bashikiriza Imana y’amajuru amashikanwa aruhura+ bongera basengera ubuzima bw’umwami n’ubw’abahungu biwe+.
23 Ikintu cose gitegetswe+ n’Imana y’amajuru kize gikoranwe umwete+ ku bw’inzu y’Imana y’amajuru+, kugira ngo akarere umwami atwara n’abahungu biwe ntibirakirwe+.
2 ku vyerekeye abami+ n’abo bose bari mu kibanza co hejuru+; kugira ngo tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi buri mu mahoro, turi n’ukwihebera Imana gukwiye kandi tudafyina+.