ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 41:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko jewe, Yehova Imana yawe, ngufata ukuboko kw’ukuryo+, nkakubwira nti: ‘Ntutinye+. Jewe nzogufasha+.’

  • Yesaya 43:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ubu rero, ibi ni vyo Yehova avuze, Umuremyi wawe+, ewe Yakobo, akaba n’Umubumvyi wawe+, ewe Isirayeli: “Ntutinye, kuko nagucunguye+. Naguhamagaye mw’izina ryawe+. Uri uwanje+.

  • Yesaya 44:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibi ni vyo Yehova avuze, Uwaguhinguye+ ari na We yakubumvye+, uwagumye agufasha mbere kuva ukiri mu nda+: ‘Ntutinye+, ewe musavyi wanje Yakobo, na wewe Yeshuruni+, uwo natoye.

  • Yeremiya 30:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Nayo wewe, ntutinye, ewe musavyi wanje Yakobo,” ni ko Yehova avuze, “kandi ntucike ivutu, ewe Isirayeli+! Kuko ehe ngira ngukize ngukuye kure, n’uruvyaro rwawe ndarukize ndarukuye mu gihugu rwagizwemwo imbohe+. Yakobo azogaruka koko, abeho ata kimudurumbanya kandi atekanye, kandi nta n’umwe azomujugumiza+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika