2 Ngoma 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli. Ezekiyeli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, atora umwe mu bo mu nda y’ingoma+, agirana isezerano na we, amurahiza indahiro+; atwara n’abantu bakurubakuru bo mu gihugu+,
13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli.
13 Vyongeye, atora umwe mu bo mu nda y’ingoma+, agirana isezerano na we, amurahiza indahiro+; atwara n’abantu bakurubakuru bo mu gihugu+,