ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Ahazi atuma intumwa kuri Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri ati: “Ndi umusuku wawe+ n’umuhungu wawe. Duga unkize+ mu kiganza c’umwami wa Siriya no mu kiganza c’umwami wa Isirayeli, abampagurukiye.”

  • 2 Ngoma 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Atangura gushikanira ibimazi imana+ za Damasiko+ zariko zimukubita, akaguma avuga ati: “Kubera ko imana z’abami ba Siriya ziriko zirabatabara+, hinge ndazishikanire ibimazi kugira zintabare+.” Mugabo zino ziba ari zo zimubera igitsitaza, we na Isirayeli yose+.

  • Yeremiya 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 None ubu inzira ya Misiri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya Shihori+? Kandi inzira ya Ashuri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya rwa Ruzi?

  • Ezekiyeli 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Nuko Ohola atangura kugira ubumaraya+, kandi ari je ndamugaba, aguma agirira inambu ikomeye abamukunda urukundo rukaze+, ayigirira Abashuri+, abari hafi,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika