Ezekiyeli 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ambura igitambara co mu mutwe, ukure urugori+. Ivyo ntibizoba cokimwe+. Shira hejuru ikiri hasi+, ushire hasi uwuri hejuru+. Ezekiyeli 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nzokigira umusaka, umusaka, umusaka+. Ico kandi, ni ukuri nta we kizokwegukira gushika haje uwubifitiye uburenganzira ahabwa n’amategeko+, kandi sinzobura kukimuha+.’ Daniyeli 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Iryo jambo rikiri mu kanwa k’umwami, ijwi ritibuka rivuye mu majuru, riti: “Ewe mwami Nebukadinezari, ubwiwe ngo: ‘Ubwami urabwatswe+, Daniyeli 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+. Luka 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Koko ishoka iramaze kuja mu kibanza cayo ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa kigatererwa mu muriro+.”
26 ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ambura igitambara co mu mutwe, ukure urugori+. Ivyo ntibizoba cokimwe+. Shira hejuru ikiri hasi+, ushire hasi uwuri hejuru+.
27 Nzokigira umusaka, umusaka, umusaka+. Ico kandi, ni ukuri nta we kizokwegukira gushika haje uwubifitiye uburenganzira ahabwa n’amategeko+, kandi sinzobura kukimuha+.’
31 Iryo jambo rikiri mu kanwa k’umwami, ijwi ritibuka rivuye mu majuru, riti: “Ewe mwami Nebukadinezari, ubwiwe ngo: ‘Ubwami urabwatswe+,
20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+.
9 Koko ishoka iramaze kuja mu kibanza cayo ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa kigatererwa mu muriro+.”