Itanguriro 41:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo. Daniyeli 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Daniyeli arishura imbere y’umwami, ati: “Ibanga umwami abaza, inkerebutsi, abahamagara imizimu, abaherezi b’abanyamageza n’abaragurira ku nyenyeri, ntibashobora kuryereka umwami+. Daniyeli 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Uwo mwanya abaherezi b’abanyamageza, abahamagara imizimu, Abakaludaya+ n’abaragurira ku nyenyeri+ barinjira; hanyuma mvugira imbere yabo nya ndoto, mugabo ntibamenyesha insobanuro yayo+.
8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo.
27 Daniyeli arishura imbere y’umwami, ati: “Ibanga umwami abaza, inkerebutsi, abahamagara imizimu, abaherezi b’abanyamageza n’abaragurira ku nyenyeri, ntibashobora kuryereka umwami+.
7 “Uwo mwanya abaherezi b’abanyamageza, abahamagara imizimu, Abakaludaya+ n’abaragurira ku nyenyeri+ barinjira; hanyuma mvugira imbere yabo nya ndoto, mugabo ntibamenyesha insobanuro yayo+.