ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi nzogira ubutungane ikamba yo gupimisha+, ubugororotsi+ ndabugire ikiringanisho; emwe, urubura+ ruzokukumura ubuhungiro bw’ikinyoma+, kandi amazi azosegenyukira mu bwihisho+.

  • Ezekiyeli 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma kandi haduka uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga mu bushangashirwe bwanje; kandi mw’ishavu ryanje hazoza imvura y’isegenya isegenyuka, mu bushangashirwe habe iminana y’urubura yo gutikiza+.

  • Daniyeli 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Kandi inyuma y’ayo mayinga mirongo itandatu n’abiri, Mesiya azokurwaho+, ntihagire ico asigarizwa+.

      “Kandi igisagara be n’ahantu heranda+ bizosenyurwa n’abantu b’indongozi iriko iraza+. Iherezo ryaho rizoba biciye kw’isegenya. Kandi hazoba intambara gushika kuri iryo herezo; icapfunditswe ni uko haba imisaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika