14 Abagabo b’inararibonye+ b’Abayuda baguma bubaka+ bongera batera imbere kubera amajambo y’ubuhanuzi ya Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+, barayubaka barayirangiza bivuye kw’itegeko ry’Imana ya Isirayeli+ no kw’itegeko rya Kuro+ na Dariyo+ na Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi.
1Mu kwezi kugira umunani, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti: