Yeremiya 31:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi igisagara kizokwubakirwa koko+ Yehova kuva ku Munara wa Hananeli+ gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka+. Zakariya 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma amubwira ati: “Iruka ubwire uriya musore uti: “‘Yeruzalemu bazosubira kuyibamwo ari nk’akarere karangaye ko mu gihugu hagati+, kubera ubwinshi bw’abantu n’ibitungwa bizoba biri muri yo+. Zakariya 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi nzosuka ku nzu ya Dawidi no ku baba i Yeruzalemu impwemu y’ubutoni+ n’ukwinginga+, kandi bazoraba koko Uwo basogōse+, bamuborogere vy’ukuri nk’ababorogera umwana w’ikinege; bazomucurira intimba rwose nk’abacurira intimba umwana w’imfura+.
38 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi igisagara kizokwubakirwa koko+ Yehova kuva ku Munara wa Hananeli+ gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka+.
4 Hanyuma amubwira ati: “Iruka ubwire uriya musore uti: “‘Yeruzalemu bazosubira kuyibamwo ari nk’akarere karangaye ko mu gihugu hagati+, kubera ubwinshi bw’abantu n’ibitungwa bizoba biri muri yo+.
10 “Kandi nzosuka ku nzu ya Dawidi no ku baba i Yeruzalemu impwemu y’ubutoni+ n’ukwinginga+, kandi bazoraba koko Uwo basogōse+, bamuborogere vy’ukuri nk’ababorogera umwana w’ikinege; bazomucurira intimba rwose nk’abacurira intimba umwana w’imfura+.