ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’iyo mvo, nzomuha umugabane muri benshi+, kandi azogabanganya isahu kumwe n’abanyabushobozi+, kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+, agaharurwa mu bagabitanya+; kandi ubwiwe yiremetse igicumuro c’abantu benshi+, aja hagati ku bw’abagabitanya+.

  • Mariko 15:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Vyongeye, bamanika abambuzi babiri hamwe na we, umwe iburyo bwiwe, uwundi ibubamfu bwiwe+.

  • Luka 23:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Bageze ahantu hitwa Gahanga+, bamumanikaho na za nkozi z’ikibi, imwe iburyo bwiwe, iyindi ibubamfu bwiwe+.

  • Yohani 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 baraheza bamumanika ng’aho+, be n’abandi babiri, umwe hino uwundi hirya, Yezu na we hagati+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika