ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Araheza avuga ati: “Kuri wewe vyabaye ikintu kirengeye igisanzwe kuba umusavyi wanje wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo no kugarukana abazigamwe ba Isirayeli+; nanje nagutanze ngo ube umuco w’amahanga+, ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera y’isi+.”

  • Matayo 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Azovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yezu+, kuko azokiza+ abantu biwe+ ibicumuro vyabo+.”

  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!

  • Ivyakozwe 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mu ruvyaro rw’uyo muntu+, nk’uko umuhango wayo wari, ni ho Imana yakuriye Isirayeli umukiza+, ari we Yezu,

  • 1 Timoteyo 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ijambo+ ry’uko Kristu Yezu yaje mw’isi gukiza abacumuzi+ ni iryo kwizigirwa kandi rikwiye kwemerwa rwose. Muri abo jewe ndi agahebuza+.

  • 1 Yohani 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Vyongeye, ubwacu twarabonye+ tukaba kandi turiko turashinga intahe+ yuko Data yatumye Umwana wiwe ngo abe Umukiza w’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika