9 Nuko havyuka induru ikomeye+, hanyuma bamwe mu banditsi bo mu mugambwe w’Abafarizayo barahaguruka batangura kuja impaka bimwe bikaze, bavuga bati: “Nta kibi na kimwe tubona muri uyu muntu+; mugabo nimba impwemu canke umumarayika vyavuganye na we+...”