ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:2; Yoh 8:39

Abaroma 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:4; Gus 6:25

Abaroma 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:6; Gl 3:6; Yak 2:23

Abaroma 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:32
  • +Rm 11:6
  • +Mt 20:9; 1Tm 5:18

Abaroma 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:29
  • +Ivk 13:39; Gl 2:16, 17

Abaroma 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 85:2; Yes 43:25
  • +Zb 32:1

Abaroma 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:2; 2Kr 5:19

Abaroma 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:30
  • +Rm 4:3

Abaroma 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:19

Abaroma 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:1, 11; Ivk 7:8
  • +Lk 19:9; Rm 4:16
  • +It 15:6; Gl 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 6

Abaroma 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:29

Abaroma 4:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:3; 17:6; 18:18; 22:17
  • +Heb 11:8

Abaroma 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:18

Abaroma 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:20; 5:20; 2Kr 3:7; Gl 3:19
  • +Rm 5:13

Abaroma 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:24
  • +Rm 15:8; Gl 3:22
  • +Rm 9:8; Gl 3:29
  • +Rm 4:11

Abaroma 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:5
  • +Dn 12:13; Lk 20:37; Ef 2:1; Heb 11:19
  • +Lk 20:38; 1Kr 1:28; 1Pt 2:10

Abaroma 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:17
  • +It 17:6
  • +It 15:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 30

Abaroma 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:12
  • +It 17:17
  • +It 18:11; Heb 11:11

Abaroma 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:13
  • +Heb 3:19
  • +Gl 3:9; Heb 11:34

Abaroma 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:3; Heb 11:19

Abaroma 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:6; Yak 2:23

Abaroma 4:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 18
  • +Rm 15:4

Abaroma 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:24; 13:30; 1Pt 1:21

Abaroma 4:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:12; Mt 20:28
  • +Yes 53:11; 2Kr 5:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 5-6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 4:1Yes 51:2; Yoh 8:39
Rom. 4:2It 12:4; Gus 6:25
Rom. 4:3It 15:6; Gl 3:6; Yak 2:23
Rom. 4:4Rm 9:32
Rom. 4:4Rm 11:6
Rom. 4:4Mt 20:9; 1Tm 5:18
Rom. 4:5Yoh 6:29
Rom. 4:5Ivk 13:39; Gl 2:16, 17
Rom. 4:7Zb 85:2; Yes 43:25
Rom. 4:7Zb 32:1
Rom. 4:8Zb 32:2; 2Kr 5:19
Rom. 4:9Rm 3:30
Rom. 4:9Rm 4:3
Rom. 4:101Kr 7:19
Rom. 4:11It 17:1, 11; Ivk 7:8
Rom. 4:11Lk 19:9; Rm 4:16
Rom. 4:11It 15:6; Gl 3:7
Rom. 4:12Gl 3:29
Rom. 4:13It 12:3; 17:6; 18:18; 22:17
Rom. 4:13Heb 11:8
Rom. 4:14Gl 3:18
Rom. 4:15Rm 3:20; 5:20; 2Kr 3:7; Gl 3:19
Rom. 4:15Rm 5:13
Rom. 4:16Rm 3:24
Rom. 4:16Rm 15:8; Gl 3:22
Rom. 4:16Rm 9:8; Gl 3:29
Rom. 4:16Rm 4:11
Rom. 4:17It 17:5
Rom. 4:17Dn 12:13; Lk 20:37; Ef 2:1; Heb 11:19
Rom. 4:17Lk 20:38; 1Kr 1:28; 1Pt 2:10
Rom. 4:18Heb 11:17
Rom. 4:18It 17:6
Rom. 4:18It 15:5
Rom. 4:19Heb 11:12
Rom. 4:19It 17:17
Rom. 4:19It 18:11; Heb 11:11
Rom. 4:20Heb 6:13
Rom. 4:20Heb 3:19
Rom. 4:20Gl 3:9; Heb 11:34
Rom. 4:21Zb 115:3; Heb 11:19
Rom. 4:22It 15:6; Yak 2:23
Rom. 4:23Fm 18
Rom. 4:23Rm 15:4
Rom. 4:24Ivk 2:24; 13:30; 1Pt 1:21
Rom. 4:25Yes 53:12; Mt 20:28
Rom. 4:25Yes 53:11; 2Kr 5:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Abaroma 4:1-25

Abaroma

4 Ko bimeze bityo, tuvuge iki kuri Aburahamu sogokuruza wacu+ ku mubiri? 2 Nk’akarorero, iyo Aburahamu yitwa umugororotsi bivuye ku bikorwa+, yari kugira imvo yo kwirata; mugabo atari ku Mana. 3 None icanditswe kivuga iki? Kivuga giti: “Aburahamu yizeye Yehova, abiharurwako nk’ubugororotsi+.” 4 Ku muntu akora rero+, impembo ntiharurwa nk’ubuntu ata wari abukwiriye+, ahubwo iharurwa nk’umwenda+. 5 Ariko ku wudakora mugabo akizera+ umwe yita uwutibanga Imana umugororotsi, ukwizera kwiwe kuraharurwa nk’ubugororotsi+. 6 Nk’uko na Dawidi avuga ivy’ubuhirwe bw’umuntu Imana iharurako ubugororotsi bitavuye ku bikorwa, ati: 7 “Hahiriwe abo ibikorwa vyabo vy’ubugarariji bihariwe+, n’ibicumuro vyabo bigapfukwa+; 8 hahiriwe umuntu igicumuro ciwe Yehova atazogenda agiharuye+.”

9 None ubwo buhirwe bwoba buza ku bantu bagenyerewe canke no ku bantu batagenyerewe+? Kuko tuvuga duti: “Aburahamu ukwizera kwiwe yaguharuweko nk’ubugororotsi+.” 10 None kwaharuwe ibintu vyifashe gute? Igihe yari yaragenyerewe canke ataragenyerwa+? Si igihe yari yaragenyerewe, ahubwo ni igihe atari bwagenyerwe. 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi; 12 abe na se w’uruvyaro rutagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku bagendera ku rutonde mu makanda y’ukwo kwizera bataragenyerwa, ari na ko data+ Aburahamu yari ari.

13 Kuko bitaciye kw’itegeko ngo Aburahamu canke uruvyaro* rwiwe aronke wa muhango+ w’uko yobaye samuragwa w’isi, ahubwo vyaciye ku bugororotsi bivuye ku kwizera+. 14 Kuko nimba abumira kw’itegeko ari ba samuragwa, ukwizera kuzoba kubaye impfagusa, n’umuhango ukaba ukuweho+. 15 Mu vy’ukuri Itegeko rizana uburake+, mugabo ahatagira itegeko, nta kugabitanya kuba kukihabaye+.

16 Ni co gituma vyavuye ku kwizera, kugira bibe nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye buri+, ngo umuhango+ ube ntakekeranywa ku ruvyaro rwiwe rwose+, atari gusa ku rwumira kw’Itegeko, ahubwo no ku rwumira ku kwizera kwa Aburahamu. (Ni data+ wacu twese, 17 nk’uko vyanditswe ngo: “Ngushizeho ngo ube se w’amahanga menshi+.”) Ivyo vyabereye imbere y’Uwo yari yizeye, ari we Mana, imwe igira bazima abapfuye+ kandi igahamagara ibitariho nk’aho vyoba biriho+. 18 Naho yari ageze aho atakigira icizigiro, nticabujije ko yizera+ yishimikije icizigiro, kugira acike se w’amahanga menshi+ nk’uko vyari vyaravuzwe ngo: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzoba+.” 19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+. 20 Mugabo kubera umuhango+ w’Imana ntiyahungabanijwe n’ukutizera+, ahubwo yabaye umunyabubasha biciye ku kwizera kwiwe+, aninahaza Imana 21 akaba kandi yari yarajijutse rwose yuko ivyo yari yarasezeranye yari ishoboye no kubikora+. 22 Ni co gituma “yabiharuweko nk’ubugororotsi+.”

23 Ariko kuba handitswe ngo: “yabiharuweko+”, ntivyanditswe ku bwiwe gusa+, 24 ahubwo vyanditswe no ku bwa twebwe abagenewe kubiharurwako, kuko twemera umwe yazura Yezu Umukama wacu mu bapfuye+. 25 Yaratanzwe ku bw’amakosa yacu+, hanyuma arazurwa kugira twitwe abagororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika