ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 64
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 64:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:11; Mik 1:3
  • +Zb 18:7; 68:8

Yesaya 64:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:10; Ezk 36:23; Mt 6:9
  • +Zb 99:1

Yesaya 64:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:10; Zb 66:3
  • +Hab 3:6

Yesaya 64:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 2:9
  • +Yr 16:20; 1Kr 8:4
  • +Zb 130:7; Yes 25:9; Mik 7:7

Yesaya 64:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:16; Zf 2:3; Ivk 10:35
  • +Zb 25:4, 9; Hs 14:9
  • +Zb 90:7; Yes 63:10
  • +Yes 1:21
  • +Yes 1:15; Mal 3:7

Yesaya 64:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:2; 15:20
  • +Zb 90:6; Yak 1:10
  • +Zb 1:4; Yes 57:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 11

Yesaya 64:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:4; Hs 7:7
  • +Gus 31:17; Yes 57:17
  • +Ezk 22:20

Yesaya 64:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:16
  • +Yb 10:9; Yes 29:16; Yr 18:6
  • +Yes 45:9; Rm 9:20
  • +Yb 10:8; Zb 100:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2016, rup. 6-10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2013, rup. 20-21

    15/6/2013, rup. 24-25

Yesaya 64:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 79:5
  • +Yr 3:12
  • +Gus 7:6; Zb 79:13

Yesaya 64:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:7
  • +Int 5:18; Mik 3:12
  • +Zb 79:1; Int 1:4

Yesaya 64:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9
  • +2Ng 29:25
  • +2Ng 36:19; Yr 52:13
  • +Int 1:10

Yesaya 64:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:10; 83:1; Yes 14:1
  • +Zb 10:1; 74:11; Zk 1:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 64:1Kv 19:11; Mik 1:3
Yes. 64:1Zb 18:7; 68:8
Yes. 64:2Zb 46:10; Ezk 36:23; Mt 6:9
Yes. 64:2Zb 99:1
Yes. 64:3Kv 34:10; Zb 66:3
Yes. 64:3Hab 3:6
Yes. 64:41Kr 2:9
Yes. 64:4Yr 16:20; 1Kr 8:4
Yes. 64:4Zb 130:7; Yes 25:9; Mik 7:7
Yes. 64:5Ezk 33:16; Zf 2:3; Ivk 10:35
Yes. 64:5Zb 25:4, 9; Hs 14:9
Yes. 64:5Zb 90:7; Yes 63:10
Yes. 64:5Yes 1:21
Yes. 64:5Yes 1:15; Mal 3:7
Yes. 64:6Lw 12:2; 15:20
Yes. 64:6Zb 90:6; Yak 1:10
Yes. 64:6Zb 1:4; Yes 57:13
Yes. 64:7Zb 14:4; Hs 7:7
Yes. 64:7Gus 31:17; Yes 57:17
Yes. 64:7Ezk 22:20
Yes. 64:8Yes 63:16
Yes. 64:8Yb 10:9; Yes 29:16; Yr 18:6
Yes. 64:8Yes 45:9; Rm 9:20
Yes. 64:8Yb 10:8; Zb 100:3
Yes. 64:9Zb 74:1; 79:5
Yes. 64:9Yr 3:12
Yes. 64:9Gus 7:6; Zb 79:13
Yes. 64:10Yes 1:7
Yes. 64:10Int 5:18; Mik 3:12
Yes. 64:10Zb 79:1; Int 1:4
Yes. 64:112Bm 25:9
Yes. 64:112Ng 29:25
Yes. 64:112Ng 36:19; Yr 52:13
Yes. 64:11Int 1:10
Yes. 64:12Zb 74:10; 83:1; Yes 14:1
Yes. 64:12Zb 10:1; 74:11; Zk 1:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 64:1-12

Yesaya

64 Yoo! ese iyo uba waratantamuye amajuru, ukamanuka+, imisozi ikanyiganyiga kubera wewe+, 2 nk’igihe umuriro udometse ikigunda, kandi umuriro ukabiza amazi, kugira ngo wewe umenyeshe izina ryawe abarwanizi bawe+, kugira ngo amahanga ahagarike umutima kubera wewe+! 3 Hamwe wakora ibintu biteye ubwoba+ tutaziga, waramanutse. Imisozi yaranyiganyize kubera wewe+. 4 Kandi kuva kera nta n’umwe yumvise+, eka nta wateze ugutwi, eka nta jisho ryabonye iyindi Mana itari wewe+, igira ico ikoreye uwuguma ayiteze+. 5 Wahuye n’uwigina agakora ivy’ubugororotsi+, abaguma bakwibuka mu nzira zawe+.

Raba! Wewe ubwawe wararakaye+, mu gihe twaguma ducumura+, tubimaramwo igihe kirekire; none ubwo turakwiriye gukizwa+? 6 Ducika nk’umuntu ahumanye, twese uko tungana, ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi vyose na vyo bikaba bimeze nk’impuzu yo mu bihe vy’ubutinyanka+; tuzoyama nk’amababi+, twese, kandi amakosa yacu ni yo azodukukumura nk’umuyaga+. 7 Nta n’umwe yambaza izina ryawe+, nta n’umwe avyuka ngo agufate; kuko waduhishije mu maso hawe+, ugatuma dushongeshwa+ n’ububasha bw’ikosa ryacu.

8 None rero, ewe Yehova, uri Data+. Twebwe turi ibumba+, nawe uri Umubumvyi wacu+; kandi twese turi igikorwa c’ukuboko kwawe+. 9 Ewe Yehova, nturakare bimwe birenze+, kandi ntiwibuke ikosa ryacu ibihe bidahera+. Ehe raba, turakwinginze: twese turi abantu bawe+. 10 Ibisagara vyawe vyeranda+ vyacitse agahinga. Siyoni+ ubwayo yacitse agahinga gasa, Yeruzalemu icika igiharabuga+. 11 Inzu yacu y’ubweranda n’ubwiza+, iyo ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo+, ubwayo yacitse ikintu co guturira mu muriro+; kandi kimwe cose mu bintu vyacu bihimbaye+ cacitse agatikizo. 12 None imbere y’ivyo bintu, mbega uzobandanya kwitangīra+ ga Yehova? Mbega uzoguma winumiye, ureke dutezwe amarushwa bimwe birenze+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika