ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 4:9; Mal 1:6
  • +Hs 7:3
  • +Mik 7:2; Hab 1:15
  • +Abc 4:6; Yr 46:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2007, rup. 16

    15/11/2005, rup. 21

Hoseya 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:15
  • +2Ng 36:15

Hoseya 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:9
  • +Am 3:2
  • +Hs 4:18
  • +Ezk 23:5

Hoseya 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:8
  • +Hs 4:12; Am 2:7; Zk 13:2
  • +1Sm 2:12; Yr 9:6

Hoseya 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:13; Yes 9:9; Hs 7:10
  • +Img 11:5
  • +2Bm 17:19; Ezk 23:31; Am 2:4

Hoseya 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:28; Yes 1:15; Yr 11:11; Ezk 8:18; Mik 3:4

Hoseya 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:8; Yr 3:20
  • +Mal 2:11
  • +Zk 11:8

Hoseya 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:5; Hs 8:1; Yw 2:1
  • +Yes 10:29
  • +Hs 4:15; 10:5
  • +Abc 5:14

Hoseya 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:3
  • +Hs 9:13; Zk 1:6

Hoseya 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:14; 27:17; Yb 24:2; Img 22:28

Hoseya 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:33
  • +1Bm 20:1

Hoseya 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 50:9; 51:8

Hoseya 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:13
  • +2Bm 15:29; 16:7; Hs 8:9; 12:1
  • +Hs 10:6
  • +2Ng 28:20
  • +Yr 30:15

Hoseya 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:22; Int 3:10
  • +Yes 5:29; Am 2:14

Hoseya 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40
  • +2Ng 7:14; Yr 29:12; Hs 11:10
  • +Gus 4:30; 1Sm 13:6
  • +Gus 30:10; Zb 78:34

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 5:1Hs 4:9; Mal 1:6
Hos. 5:1Hs 7:3
Hos. 5:1Mik 7:2; Hab 1:15
Hos. 5:1Abc 4:6; Yr 46:18
Hos. 5:2Yes 29:15
Hos. 5:22Ng 36:15
Hos. 5:3Yes 7:9
Hos. 5:3Am 3:2
Hos. 5:3Hs 4:18
Hos. 5:3Ezk 23:5
Hos. 5:4Zb 78:8
Hos. 5:4Hs 4:12; Am 2:7; Zk 13:2
Hos. 5:41Sm 2:12; Yr 9:6
Hos. 5:5Img 30:13; Yes 9:9; Hs 7:10
Hos. 5:5Img 11:5
Hos. 5:52Bm 17:19; Ezk 23:31; Am 2:4
Hos. 5:6Img 1:28; Yes 1:15; Yr 11:11; Ezk 8:18; Mik 3:4
Hos. 5:7Yes 48:8; Yr 3:20
Hos. 5:7Mal 2:11
Hos. 5:7Zk 11:8
Hos. 5:8Yr 4:5; Hs 8:1; Yw 2:1
Hos. 5:8Yes 10:29
Hos. 5:8Hs 4:15; 10:5
Hos. 5:8Abc 5:14
Hos. 5:9Yes 28:3
Hos. 5:9Hs 9:13; Zk 1:6
Hos. 5:10Gus 19:14; 27:17; Yb 24:2; Img 22:28
Hos. 5:11Gus 28:33
Hos. 5:111Bm 20:1
Hos. 5:12Yes 50:9; 51:8
Hos. 5:13Yr 30:13
Hos. 5:132Bm 15:29; 16:7; Hs 8:9; 12:1
Hos. 5:13Hs 10:6
Hos. 5:132Ng 28:20
Hos. 5:13Yr 30:15
Hos. 5:14Zb 50:22; Int 3:10
Hos. 5:14Yes 5:29; Am 2:14
Hos. 5:15Lw 26:40
Hos. 5:152Ng 7:14; Yr 29:12; Hs 11:10
Hos. 5:15Gus 4:30; 1Sm 13:6
Hos. 5:15Gus 30:10; Zb 78:34
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 5:1-15

Hoseya

5 “Nimwumve ibi, yemwe baherezi+, mutege yompi, ewe nzu ya Isirayeli, mutege ugutwi namwe nzu y’umwami+, kuko urubanza ari mwebwe rwerekeye; kubera ko mwabereye umutego+ Mizipa, mukaba nk’urusenga rushanje hejuru ya Tabori+. 2 Abata umurongo bivobetse mu gikorwa c’ukwica+, kandi narabahimirije bose+. 3 Jewe ubwanje naramenye Efurayimu+, kandi Isirayeli ntiyampishijwe+. Kuko ubu, ewe Efurayimu, wafashe abagore nk’aho ari abamaraya+; Isirayeli yarihumanije+. 4 Ibikorwa vyabo ntibibakundira kugaruka ku Mana yabo+, kuko hagati muri bo hari impwemu y’ubusambanyi+; kandi Yehova ubwiwe, ntibamwemeye icese+. 5 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+; Isirayeli na Efurayimu batsitara mw’ikosa ryabo+. Yuda na we nyene yatsitaranye na bo+. 6 Bagiye kurondera Yehova bajanye umukuku wabo n’ubusho bwabo, mugabo ntibamubonye+. Yari yigiriye arabaheba. 7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+.

8 “Nimuvugirize inzamba+ i Gibeya+, n’urumbete i Rama! Nimuvugirize akaruru k’intambara i Beti-aveni+—inyuma yawe, ewe Benyamini+! 9 Ewe Efurayimu, uzoba akajoreza ku musi w’uguhambarirwa+. Namenyesheje mu miryango ya Isirayeli amajambo yo kwizigirwa+. 10 Abaganwa ba Yuda babaye nk’abantu bigiza inyuma urubibe+. Nzobasukako uburake bwanje nk’amazi. 11 Efurayimu arahahazwa, akajanjagurwa mu butungane+, kuko yiyemeje gukurikira umurwanizi wiwe+. 12 Kandi nabereye Efurayimu nk’agakoko k’akanyundo+, mbera inzu ya Yuda nk’ukubora.

13 “Efurayimu yarabonye indwara yiwe, Yuda na we abona igisebe ciwe+. Nuko Efurayimu aja i Ashuri+, atuma intumwa ku mwami ahambaye+. Mugabo uno, mwebwe ntiyashoboye kubakiza+, kandi ntiyashoboye kubavura igisebe akoresheje umuti+. 14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+. 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika