ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 92
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 92:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:2; 50:23; Ef 5:20
  • +Zb 9:2

Zaburi 92:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:1; Yes 63:7
  • +Ivk 16:25

Zaburi 92:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:6; Zb 33:2
  • +1Ng 15:16; 2Ng 29:25; Zb 81:2

Zaburi 92:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 126:3

Zaburi 92:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:5; 66:3; 104:24; 145:4; 150:2; Ums 3:11; Ivh 15:3
  • +Yb 26:14; Zb 139:17; Yes 28:29; Rm 11:33

Zaburi 92:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:22; 94:8; Dn 12:10
  • +Zb 14:1; 1Kr 2:14

Zaburi 92:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:6; Zb 37:35; Yr 12:1; Mal 3:15
  • +1Sm 25:37; Zb 37:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 12

Zaburi 92:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:18

Zaburi 92:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:31
  • +Zb 68:1; 89:10
  • +Gus 28:7

Zaburi 92:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:17; 1Sm 2:1; Zb 89:24; 112:9
  • +Zb 23:5

Zaburi 92:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:34; 91:8; 112:8

Zaburi 92:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:8; Yes 65:22; Hs 14:6
  • +Yes 61:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    8/2016, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2007, rup. 32

    15/7/2006, rup. 13

    1/1/1999, rup. 32

Zaburi 92:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:21
  • +Zb 100:4; 135:2

Zaburi 92:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:18; Img 16:31; Yes 40:31; 46:4
  • +Yr 17:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2007, rup. 32

    1/6/2007, rup. 21-25

    15/7/2006, rup. 13

    15/5/2004, rup. 10-13

Zaburi 92:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 138:5; Ivh 15:3
  • +Gus 32:4; Zb 18:2
  • +Rm 9:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 13-14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 92:1Zb 33:2; 50:23; Ef 5:20
Zab. 92:1Zb 9:2
Zab. 92:2Zb 89:1; Yes 63:7
Zab. 92:2Ivk 16:25
Zab. 92:31Ng 25:6; Zb 33:2
Zab. 92:31Ng 15:16; 2Ng 29:25; Zb 81:2
Zab. 92:4Zb 126:3
Zab. 92:5Zb 40:5; 66:3; 104:24; 145:4; 150:2; Ums 3:11; Ivh 15:3
Zab. 92:5Yb 26:14; Zb 139:17; Yes 28:29; Rm 11:33
Zab. 92:6Zb 73:22; 94:8; Dn 12:10
Zab. 92:6Zb 14:1; 1Kr 2:14
Zab. 92:7Yb 12:6; Zb 37:35; Yr 12:1; Mal 3:15
Zab. 92:71Sm 25:37; Zb 37:38
Zab. 92:8Zb 83:18
Zab. 92:9Abc 5:31
Zab. 92:9Zb 68:1; 89:10
Zab. 92:9Gus 28:7
Zab. 92:10Gus 33:17; 1Sm 2:1; Zb 89:24; 112:9
Zab. 92:10Zb 23:5
Zab. 92:11Zb 37:34; 91:8; 112:8
Zab. 92:12Zb 52:8; Yes 65:22; Hs 14:6
Zab. 92:12Yes 61:3
Zab. 92:13Yes 60:21
Zab. 92:13Zb 100:4; 135:2
Zab. 92:14Zb 71:18; Img 16:31; Yes 40:31; 46:4
Zab. 92:14Yr 17:8
Zab. 92:15Zb 138:5; Ivh 15:3
Zab. 92:15Gus 32:4; Zb 18:2
Zab. 92:15Rm 9:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 92:1-15

Zaburi

Agahibongozo, ururirimbo, ku bw’umusi w’isabato.

92 Ni vyiza gukengurukira Yehova+

No guhibongoreza izina ryawe, ewe Musumbavyose+!

 2 Ni vyiza gutangaza mu gitondo ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+

N’ubwizigirwa bwawe mu majoro+,

 3 Ku gicurarangisho c’imirya cumi no ku gitari+,

Mu muziki usamirana ku nanga+.

 4 Kuko watumye nezerwa, ewe Yehova, kubera igikorwa cawe;

Kubera ibikorwa vy’amaboko yawe, ndiha akamo k’umunezero+.

 5 Ese ukuntu ibikorwa vyawe bihambaye, Yehova we+!

Ivyiyumviro vyawe birimbitse rwose+.

 6 Nta muntu w’imburabwenge yobimenya+,

Kandi nta kijuju cobitahura+.

 7 Iyo ababisha banaze nk’ivyatsi+,

N’abakora ibibabaza bose bagashurika,

Ni ukugira ngo bazimanganywe buhere+.

 8 Mugabo wewe uri iyo hejuru gushika igihe kitagira urugero, ewe Yehova+!

 9 Kuko, ehe abansi bawe, ewe Yehova+,

Kuko, ehe abansi bawe bazoyogera+;

Abakora ibibabaza bose bazotandukanywa+.

10 Mugabo uzoshira hejuru ihembe ryanje nka rirya ry’ishūri y’inyeshamba+;

Nzokwibombekesha amavuta mashasha+.

11 Ijisho ryanje rizokwitegereza abansi banje+;

Amatwi yanje azokwumva ivy’abampagurukira, inkozi z’ikibi.

12 Umugororotsi azoshurika nk’ikigazi+;

Azokura nk’isederi ry’i Libani+.

13 Ababaditswe mu nzu ya Yehova+,

Mu bigo vy’Imana yacu+, bazoshurika.

14 Bazoba bagitagarara no mu gihe bazoba bari n’imvi ku mutwe+,

Bazoguma badoshe, batotahaye+,

15 Kugira batangaze ko Yehova agororotse+.

Ni we Gitandara canje+, atagiramwo ibitagororotse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika