ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 15
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:25; Ezk 25:11
  • +Gh 21:28; Gus 2:9
  • +2Bm 3:25; Yr 48:31

Yesaya 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 13:17; Yr 48:18
  • +Yr 48:1
  • +Gh 21:30; Yos 13:16
  • +Gus 14:1; Yes 3:24; Yr 48:37

Yesaya 15:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:31; 2Bm 6:30; Yes 24:11; Mt 11:21
  • +Yr 19:13
  • +Yr 48:38

Yesaya 15:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:37; Yes 16:9
  • +Abc 11:20

Yesaya 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:31
  • +It 13:10; 19:22
  • +Yr 48:34
  • +Yr 48:5
  • +Yr 48:3

Yesaya 15:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:34
  • +Yes 16:9; Hab 3:17

Yesaya 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:20

Yesaya 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:22; 2Bm 17:25; Yr 15:3; Am 5:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 15:1Yr 9:25; Ezk 25:11
Yes. 15:1Gh 21:28; Gus 2:9
Yes. 15:12Bm 3:25; Yr 48:31
Yes. 15:2Yos 13:17; Yr 48:18
Yes. 15:2Yr 48:1
Yes. 15:2Gh 21:30; Yos 13:16
Yes. 15:2Gus 14:1; Yes 3:24; Yr 48:37
Yes. 15:32Sm 3:31; 2Bm 6:30; Yes 24:11; Mt 11:21
Yes. 15:3Yr 19:13
Yes. 15:3Yr 48:38
Yes. 15:4Gh 32:37; Yes 16:9
Yes. 15:4Abc 11:20
Yes. 15:5Yr 48:31
Yes. 15:5It 13:10; 19:22
Yes. 15:5Yr 48:34
Yes. 15:5Yr 48:5
Yes. 15:5Yr 48:3
Yes. 15:6Yr 48:34
Yes. 15:6Yes 16:9; Hab 3:17
Yes. 15:8Yr 48:20
Yes. 15:9Lw 26:22; 2Bm 17:25; Yr 15:3; Am 5:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 15:1-9

Yesaya

15 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Mowabu+: Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Ari+ h’i Mowabu hanumijwe. Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Kiri+ h’i Mowabu hanumijwe. 2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe. 3 Mu mabarabara yaho bakenyeye amagunira+. Ku bisenge+ vyaho no mu bibanza vya bose vyaho, abantu baho bose baraboroga, bakamanuka barira+. 4 Heshiboni na Eleyale+ birasemerera. Ijwi ryavyo ryumvikanye gushika i Yahazi+. Ni co gituma abantu bafise ibirwanisho ba Mowabu baguma bavuza akaruru. Umutima wiwe wahindiye agashitsi muri we.

5 Umutima wanje uririra Mowabu+. Abahunze baho barashika i Zowari+ n’i Egulati-shelishiya+. Kuko ku mudugo w’i Luhiti+, umwe wese awuduga arira; kuko ku nzira ija i Horonayimu+, baduza hejuru amaborogo ku vyerekeye ico cago. 6 Kuko amazi y’i Nimurimu+ acitse imisaka gusa. Kuko ivyatsi bitoto vyumye, ivyatsi birarangiye; nta cabaye gitoto+. 7 Ni co gituma amasigarira be n’ibintu vyabo bibitswe barunze, baguma babitwara bavyambukana umwonga w’ibiti vy’imyarava. 8 Kuko amaborogo yakwiye akarere kose ka Mowabu+. Ukwanaga kwaho kurashika i Egulayimu; ukwanaga kwaho kurashika i Beyeri-elimu, 9 kubera ko amazi y’i Dimoni asigaye yuzuye amaraso. Kuko kuri Dimoni nzohashira ibindi bintu, nk’intambwe, ndabishirireho abacitse kw’icumu ba Mowabu bacorotse, ndabishirireho n’amasigarira y’ubwo butaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika