ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma: ibirimwo

      • Abakomoka kuri Benyamini (1-40)

        • Abakomotse kuri Sawuli (33-40)

1 Ngoma 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:16, 18
  • +1Ng 7:6
  • +It 46:21

1 Ngoma 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:21

1 Ngoma 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 21:8, 17; 1Sm 13:16

1 Ngoma 8:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «Shaharayimu yavyariye abana mu karere ka Mowabu amaze kwirukana abagore biwe Hushimu na Bayara.»

1 Ngoma 8:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «tuhakikuje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 6:2
  • +Ezr 2:1, 33

1 Ngoma 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:42, 48; 21:8, 24

1 Ngoma 8:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu ba Elipali.»

1 Ngoma 8:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:15, 17; 21:8, 17; 1Ng 21:29
  • +1Ng 9:35-38

1 Ngoma 8:33

Utujambo tw'epfo

  • *

    Yitwa kandi Ishibosheti.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 14:50
  • +1Sm 9:1, 2; 11:15
  • +1Sm 14:45
  • +1Sm 14:49
  • +1Sm 31:2
  • +2Sm 2:8; 1Ng 9:39-44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2017, rup. 32

1 Ngoma 8:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Yitwa kandi Mefibosheti.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 4:4
  • +2Sm 9:12

1 Ngoma 8:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bahonyora umuheto (igihe bawambika uruvuto).»

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 8:1It 35:16, 18
1 Ngo. 8:11Ng 7:6
1 Ngo. 8:1It 46:21
1 Ngo. 8:3It 46:21
1 Ngo. 8:6Yos 21:8, 17; 1Sm 13:16
1 Ngo. 8:12Neh 6:2
1 Ngo. 8:12Ezr 2:1, 33
1 Ngo. 8:13Yos 19:42, 48; 21:8, 24
1 Ngo. 8:29Yos 9:15, 17; 21:8, 17; 1Ng 21:29
1 Ngo. 8:291Ng 9:35-38
1 Ngo. 8:331Sm 14:50
1 Ngo. 8:331Sm 9:1, 2; 11:15
1 Ngo. 8:331Sm 14:45
1 Ngo. 8:331Sm 14:49
1 Ngo. 8:331Sm 31:2
1 Ngo. 8:332Sm 2:8; 1Ng 9:39-44
1 Ngo. 8:342Sm 4:4
1 Ngo. 8:342Sm 9:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Ngoma 8:1-40

Ngoma za mbere

8 Aba ni bo Benyamini+ yavyaye: imfura yari Bela+, uwa kabiri Ashibeli+, uwa gatatu Ahara, 2 uwa kane Noha, uwa gatanu Rafa. 3 Abahungu ba Bela bari Adari, Gera+, Abihudi, 4 Abishuwa, Namani, Ahowa, 5 Gera, Shefufani na Huramu. 6 Aba ni bo bari abahungu ba Ehudi, bakaba bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango y’ababa i Geba+ bajanywe mu bunyagano i Manahati: 7 Namani, Ahiya na Gera. Gera ni we yari abarongoye igihe bajanwa mu bunyagano kandi ni we yavyaye Uza na Ahihudi. 8 Shaharayimu amaze kubirukana, yavyariye abana mu karere ka Mowabu. Hushimu na Bayara bari abagore biwe*. 9 Umugore wiwe Hodeshi bavyaranye Yobabu, Sibiya, Mesha, Malikamu, 10 Yusi, Sakiya na Miruma. Abo ni bo bari abahungu ba Shaharayimu. Bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo.

11 Hushimu bavyaranye Abitubi na Elipali. 12 Abahungu ba Elipali bari Eberi, Mishamu, Shemedi (ari na we yubatse Ono+ na Lodi+ n’udusagara tuhegukira*), 13 Beriya na Shema. Abo ni bo bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango y’ababa i Ayaloni+. Ni bo bomoye ababa i Gati. 14 Hariho kandi na Ahiyo, Shashaki, Yeremoti, 15 Zebadiya, Aradi, Ederi, 16 Mikayeli, Ishipa na Yoha. Abo bari abahungu ba Beriya. 17 Hariho kandi Zebadiya, Meshulamu, Hiziki, Heberi, 18 Ishimerayi, Iziliya na Yobabu. Abo ni abakomoka kuri Elipali*. 19 Hariho kandi Yakimu, Zikiri, Zabidi, 20 Eliyenayi, Ziletayi, Eliyeli, 21 Adaya, Beraya na Shimurati. Abo bari abahungu ba Shimeyi. 22 Hariho kandi Ishipani, Eberi, Eliyeli, 23 Abudoni, Zikiri, Hanane, 24 Hananiya, Elamu, Antotiya, 25 Ifudeya na Penuweli. Abo bari abahungu ba Shashaki. 26 Hariho kandi Shamusherayi, Shehariya, Ataliya, 27 Yareshiya, Eliya na Zikiri. Abo bari abahungu ba Yerohamu. 28 Abo bose bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo hakurikijwe amamuko yabo. Abo bakuru baba i Yeruzalemu.

29 Yeyeli se wa Gibeyoni yaba i Gibeyoni+. Umugore wiwe yitwa Mayaka+. 30 Umuhungu wiwe w’imfura yari Abudoni, agakurikirwa na Zuri, Kishi, Bayali, Nadabu, 31 Gedori, Ahiyo na Zekeri. 32 Mikuloti yavyaye Shimeya. Bose babana na benewabo i Yeruzalemu, hafi ya benewabo bandi.

33 Neri+ yavyaye Kishi, Kishi avyara Sawuli+, Sawuli avyara Yonatani+, Malikishuwa+, Abinadabu+ na Eshibayali*+. 34 Yonatani yavyaye Meribu-Bayali*+, Meribu-Bayali avyara Mika+. 35 Abahungu ba Mika bari Pitoni, Meleki, Tareya na Ahazi. 36 Ahazi yavyaye Yehowada, Yehowada avyara Alemeti, Azimaveti na Zimuri. Zimuri yavyaye Moza, 37 Moza avyara Bineya, Bineya avyara Rafa, Rafa avyara Eleyasa, Eleyasa avyara Azeli. 38 Azeli yavyaye abahungu batandatu ari bo b’aba: Azirikamu, Bokeru, Ishimayeli, Sheyariya, Obadiya na Hanane. Abo bose bari abahungu ba Azeli. 39 Abahungu ba mwenewabo Esheki bari aba: imfura yari Ulamu, uwa kabiri Yushi, uwa gatatu Elifeleti. 40 Abahungu ba Ulamu bari abarwanyi b’intwari bazi gukoresha umuheto*. Bari bafise abahungu benshi n’abuzukuru benshi bashika 150. Abo bose bakomoka kuri Benyamini.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika