1 Ngoma 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+. 1 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:33 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2017, rup. 32
33 Neri+ na we avyara Kishi+; Kishi na we avyara Sauli+; Sauli na we avyara Yonatani+ na Maliki-shuwa+ na Abinadabu+ na Eshubayali+.