Urutonde rw’ugusoma Bibiliya kw’Icibutso 2026
Ivyo vyanditswe biri aho munsi vyigana ibintu bihambaye vyabaye kuri iyo tariki nyene, ubu hakaba haciye imyaka 1.993. Urashobora guhitamwo ivyo wosoma buri musi uko bingana.
KU WA GATANU, 27 NTWARANTE
IZUBA RISERUTSE
IZUBA RIRENZE (uwa 8 Nisani utanguye)
KU WA GATANDATU, 28 NTWARANTE
KU WA MUNGU, 29 NTWARANTE
KU WA MBERE, 30 NTWARANTE
KU WA KABIRI, 31 NTWARANTE
KU WA GATATU, 1 NDAMUKIZA
KU WA KANE, 2 NDAMUKIZA
ICIBUTSO (IZUBA RIRENZE)