Itanguriro 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.” Itanguriro 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.” Zaburi 146:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Impwemu yiwe irasohoka+, agasubira mu butaka bwiwe+;Uwo musi ivyiyumviro vyiwe bigahera+. Imigani 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo umuntu yangara agata inzira y’ugutahura kwimbitse+ azoruhukira mw’ishengero rya barya ata co bashoboye mu rupfu+. Umusiguzi 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naho yoba yabayeho imyaka igihumbi kabiri yamara ntabone iciza+, mbega bose ntibaja ahantu hamwe+? Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+. Ezekiyeli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+. Abaroma 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+. 1 Abakorinto 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko nk’uko muri Adamu bose bapfa+, ni ko no muri Kristu bose bazogirwa bazima+.
17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.”
19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.”
16 Nayo umuntu yangara agata inzira y’ugutahura kwimbitse+ azoruhukira mw’ishengero rya barya ata co bashoboye mu rupfu+.
5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.
4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.
23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.