ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 25:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.”

  • Guharura 1:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 abanditswe muri bo bo mu muryango wa Efurayimu+ bari ibihumbi mirongo ine n’amajana atanu+.

  • Guharura 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 abanditswe muri bo bo mu muryango wa Manase bari ibihumbi mirongo itatu na bibiri n’amajana abiri+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubwiza bwakaka bwiwe ni nk’ubw’ishūri y’uburiza+,

      Amahembe yiwe ni amahembe y’ishūri y’inyeshamba+.

      Ni yo azosunikisha ibisata vy’abantu+

      Vyose hamwe gushika ku mpera z’isi,

      Kandi ni yo bihumbi mirongo vya Efurayimu+,

      Kandi ni yo bihumbi vya Manase.”

  • Yeremiya 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika