Zaburi 41:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ubwiwe azomurinda, amuzigamire ubuzima+.Azokwitwa umuhirwe mw’isi+;Kandi ntiwoshobora kumuha abansi biwe ngo bamugire uko bagomba+. Imigani 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umubisha aronka impembo zitari zo+, mugabo uwubiba ubugororotsi aronka inyungu nyakuri+. Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+. Umusiguzi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Naho umucumuzi yokora ibibi+ incuro ijana kandi akabandanya igihe kirekire akora uko ashaka, ndazi yuko abatinya Imana y’ukuri bizobagendera neza+, kuko bayitinye+. Yesaya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimuvuge yemwe yuko umugororotsi bizomugendera neza+, kuko bazorya ivyamwa vy’ibikorwa vyabo+. Luka 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kandi uko amayaruka agenda arakurikirana, imbabazi ziwe ziba ku bamutinya+. Abaheburayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.
2 Yehova ubwiwe azomurinda, amuzigamire ubuzima+.Azokwitwa umuhirwe mw’isi+;Kandi ntiwoshobora kumuha abansi biwe ngo bamugire uko bagomba+.
12 Naho umucumuzi yokora ibibi+ incuro ijana kandi akabandanya igihe kirekire akora uko ashaka, ndazi yuko abatinya Imana y’ukuri bizobagendera neza+, kuko bayitinye+.
10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.