8 Yehova arungika kuri bene Isirayeli umugabo umwe, umuhanuzi+, ababwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nabaduganye ndabakuye mu Misiri+, gutyo ndabakura mu nzu y’abaja+.
27 Nuko umuntu w’Imana+ aza kuri Eli, amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mbega sinihishuriye koko inzu ya sogokuruza wawe igihe bari mu Misiri ari abashumba b’inzu ya Farawo+?