ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri.

  • Guharura 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”

  • Yosuwa 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Vyongeye, ico gihe nyene Yosuwa aragenda, arandura Abanakimu+ mu karere k’imisozi, i Heburoni, i Debiri, i Anabu+, no mu karere k’imisozi ka Yuda kose no mu karere k’imisozi ka Isirayeli kose+. Yosuwa ahatikizanya n’ibisagara vyaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika