ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mukimara kwinjira mu gisagara, muca mumubona, imbere y’uko aduga mu kibanza gikirurutse kurya; kuko abantu badashobora kurya atarashika, kubera ko ari we ahezagira nya kimazi+. Inyuma y’ivyo ni ho gusa abatumiwe bashobora kurya. Ubu rero nimuduge, kuko we muca mumubona buno nyene.”

  • 1 Samweli 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Samweli na we yishura Sauli ati: “Ni jewe rubonyi. Nuduge imbere yanje mu kibanza gikirurutse; muraza gusangira nanje uno musi+, maze nzokurungika mu gitondo, kandi ibiri mu mutima wawe vyose nzobikubwira+.

  • 1 Abami 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko abantu baguma bashikanira ibimazi ku bibanza bikirurutse*+, kuko izina rya Yehova ritari bwubakirwe inzu gushika muri iyo misi+.

  • 1 Abami 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Salomo abandanya gukunda+ Yehova mu kugendera mu vyagezwe vya Dawidi se wiwe+. Ariko ku bibanza bikirurutse+ ni ho yama ashikanira ibimazi akongera akahafumbishiriza amashikanwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika