1 Samweli 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+. 1 Samweli 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Sauli yongera kugira ubwoba bwinshi cane kubera Dawidi, maze Sauli aba umwansi wa Dawidi nantaryo+. 1 Samweli 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+.
11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+.
29 Sauli yongera kugira ubwoba bwinshi cane kubera Dawidi, maze Sauli aba umwansi wa Dawidi nantaryo+.
2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+.