ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu nyuma Rusi Umunyamowabukazi abwira Nawomi ati: “Ndakwinginze undeke ngende mu mirima gutorora*+ mu mahundo y’intete, nkurikira uwo wese nogira ubutoni mu maso yiwe.” Nuko amubwira ati: “Genda, mukobwa wanje.”

  • 1 Samweli 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo Dawidi yongerako indahiro+ ati: “So arazi neza yuko nagize ubutoni mu maso yawe+, akaba azovuga rero ati: ‘Yonatani ntabimenye kugira ntababare.’ Ariko mu vy’ukuri, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, hari nk’intambuko imwe gusa hagati yanje n’urupfu+!”

  • Esiteri 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nimba ngize ubutoni mu maso y’umwami+ kandi nimba umwami abona ko ari vyiza kumpa ico ngomba akongera akagira nk’uko ndamusavye, umwami na Hamani bazoze ku nzimano nzobatereka ejo, maze ejo nzogira nk’uko umwami avuze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika