ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Kandi uze utore amabuye abiri ya onigisi+ uheze usarure+ kuri yo amazina ya bene Isirayeli+,

  • Kuvayo 39:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze bakora ya mabuye ya onigisi+ ateye mu twicariro tw’inzahabu, asaruwe nk’udusaruro tw’ikidodo hisunzwe amazina ya bene Isirayeli+.

  • Kuvayo 39:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Amaherezo bakora ka kabate gaca ibibatsi, ca kimenyetso ceranda c’iyegurwa, mu nzahabu itavanze, baraheza bandika kuri ko ivyandiko bimeze nk’udusaruro tw’ikidodo ngo: “Ubweranda ni ubwa Yehova+.”

  • 1 Abami 6:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Impome zose z’iyo nzu, irya n’ino, azisarurako amashusho y’abakerubi+ n’amashusho y’ibigazi+ be n’udusaruro tw’amashurwe+, imbere no hanze;

  • 1 Abami 6:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Iyo miryango ibiri yari ikozwe mu giti c’amavuta; nuko ayikorogoshorako amashusho y’abakerubi n’amashusho y’ibigazi n’udusaruro tw’amashurwe, hanyuma abihomekako inzahabu; nuko ahondera inzahabu kuri nya bakerubi no kuri nya mashusho y’ibigazi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika