2 Yerobowamu abwira rero umugore wiwe ati: “Ndakwinginze uhaguruke, wiyoberanye+ kugira ngo ntibamenye yuko uri umugore wa Yerobowamu, maze uje i Shilo. Ehe, aho ni ho Ahiya+ umuhanuzi ari. Ni we yavuze ku binyerekeye ivy’ukuba umwami w’aba bantu+.
29 Nayo ibisigaye mu vya Salomo+, ivya mbere n’ivya nyuma, none ntivyanditswe mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu buhanuzi bwa Ahiya+ Umunyashilo+ no mu nyandiko y’ivyo Ido+ umubonyi yeretswe ku vyerekeye Yerobowamu+ mwene Nebati+?