23 Nayo Abavimu+, abahora baba mu mihana irundanye gushika i Gaza+, Abakafutorimu+, abavuye kuri Kafutori+, barabazimanganije, kugira babe ahantu habo.)
7 “‘Mbega kuri jewe ntimumeze nk’abana b’Abakushi, ga yemwe bene Isirayeli?’ ni ko Yehova avuze. ‘Mbega sinaduganye Isirayeli nkayikura mu gihugu ca Misiri+, n’Abafilisitiya+ nkabakura i Kirete, na Siriya nkayikura i Kiri+?’