ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Dawidi abwira Yonatani ati: “Ni nde azomenyesha nimba so wawe azokwishurana ugukara?”

  • Imigani 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Akanwa k’umugororotsi ni isôko ry’ubuzima+, ariko akanwa k’ababisha gapfuka ubukazi+.

  • Imigani 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umuntu mubi afatwa n’umutego w’ukugabitanya kw’iminwa+, mugabo umugororotsi arava mu marushwa+.

  • Imigani 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umuntu w’inkerebutsi aratinya kandi agakevya ngo ntagwe mu kibi+, mugabo ikijuju kiraraka kandi kikiyizigira+.

  • Imigani 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inyishu, iyo irimwo ubwitonzi, ikevya uburake+, mugabo ijambo ritera umubabaro riduza ishavu+.

  • Abanyefeso 4:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Umururazi ubabaza wose+, n’ishavu, n’uburake, n’ugukankama, n’ugutukana+, bikurwe muri mwebwe, hamwe n’ububi bwose+.

  • Abanyefeso 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika